Images pour la memoire

Génocide des tutsies de Kibimba

Genocide des Banyamulenge

Commémoration du Génocide de Bugendana

11 réflexions sur “Images pour la memoire

  1. RUSENGO dit :

    Il est impossible de s’y tromper: ce fameux Club GTF-BURUNDI constitue une menace directe pour l’intégrité physique et psychologique des Tutsi. Bonne continuation en tou cas dans votre oeuvre « salutaire » !

    • Jojofu dit :

      Mwamihimbiri mwe ko mwishe abahutu irindwi na kabiri tukabaura abacu tukabura naho mwabahamvuye siho. Iyo mukicwa commeil faut ubu ntimuba mukiriho.

      • Abdallah Carl dit :

        ukwankana;ugutukana canke ukwinubana siwo muti wingorane z’amoko ahubwo ntidutaneko imyikomo kuko ivyabaye vyarabaye ahubwo nitwirinde ntibisubire kuba kandi kuvyukuri ndabasavye mwigenze nkabantu babashingantahe ndetse nk’abahuza

      • Malheureusement, que l’on l’accepte ou non, les auteurs, concepteurs ou exécutants Bahutu ont été attrapés en flagrant délit de génocide contre Abatutsi, même s’ils essaient d’inventer des alibi. Ils devraient demander pardon aux victimes désignées qui ont survécu et se convaincre de ne plus recommencer.

  2. J.M dit :

    Enda basha turabe k igihugu cacu cotekana mumutekano tutarinze gutako imyikomo ngo vyateye abahutu canke abatutsi. Cette histoire d’Ethnie n’existe plus au Burundi. Ababivuga bashaka kuvyitwaza pour profiter des financements externes juifs ou autres, nta rukundo bafitiye abarundi.

  3. salvator dit :

    imfyisi igutwara igitungwa ikagutanga kuraka: mbe ko mwibagira l’éxtermination des élèves et étudiants hutu? vous avez trouvé un terme pour désigner un massacre d’une minorité par une majorité; génocide, mais comment peut-on appeler le massacre d’une majorite par une minorité?

  4. Abdallah Carl dit :

    ikintu nivuga nuko twokwibagira ivyahise ahubwo tugatangura bishasha kuko amoko ntaho azodushikana nivyo twese twarabuze none ivyakozwe nabasokoru abe aritwe tubihorana?

  5. ntirandekura dit :

    ndabasavye ivyamoko mushire hasi,sokuru wanje yarumugabo kandi yubashwe mugabo yarapfuye.kandi aho yavuye hasigaye ijambo.
    kubera aha kuri iyi si tuhaca turengana je vous conseil de prier le seigneur notre Dieu que Dieu vous penissez

  6. habimana dit :

    uburundi n’ubwacu kandi twese dukingirwa n’amategeko,ivyabaye bifise abari babaifisemwo uruhara,abapfuye ataco bazira ni benshi ariko ntibize bisubire abarundi ngo bavyemere .igikenewe n’uko icaha kitakorwan’ubwoko,ariko n’umuntu ubutungane nibuve mumaboko y’abategetsi bwigenenge bukore igikorwa cabwo uukoz amakosa ahanwe ,umurundi yumve ko ariwe ,ategerezwa gucungera uburundi adatoteje abo babusangiye.

  7. Niyokindi Emmanuel dit :

    Uburundi buvuye kure kandi buja kure. Abatwaye 72 bibaza ko bofuta abahutu bagasigara bonyene, birabafyura, maze inzira karengane z’abatutsi zica zishura ivyakozwe n’abategetsi babi, ubu rero tugowe dushimitse kuko abatwara igihugu ni bamwe bica des enfants, citoyens et des voyageurs paisibles, soit pour piller leurs biens, soit pour distinguer hutu et tutsi dans les bus de transport interieur. Ukuri n’ugusubiza hamwe biri kure nk’ukwezi kuko abari ku butegetsi ubu ntavyo bazoshobora…Uburundi burakeneye abahutu n’abatutsi babutwara ariko batagize uruhara mu vyahitiye. abahutu n’abatutsi ata maraso bagirizwa na bene Burundi kandi bariho, bien que abatwara ubu bavuga ngo bose barishe, SIVYO NA GATO….

    Ku bijanye n’ibibi vyakozwe navyo, ababikora baba bazi ngo ni benshi, ariko mwibuke ko Hitler avait essayé de massacrer les juifs, mais regarder aujourd’hui…..

    UBWINSHI BW’INKOZI Z’IKIBI NTIBUBUZA KO KIBA CO, KANDI NTIBUBUZA KO UMUSI URI IZINA GIHANWA

    La justice a été rendue pour les arméniens après 50 ans, même pour les Burundais hutu et tutsi victimes des massacres d’un autre nom, kizohanwa

    • RUSENGO dit :

      @Muntu witwa Niyokindi Emmanuel, Ndabona ko umengo urazi ibitari bike hirya no hino, ejo n’ejo bundi. Mbe muri abo « batwaye 72 bibaza ko bofuta abahutu » hariho nk’umwe canke babiri wotubwira ? Kubera ndumva ko ushaka kuvuga ko bari Abatutsi bari bapanze kumara Abahutu…
      (Iyi site sinipfuza kuyitebako, kubera imeze nabi, ariko niwanyishura, ndashobora nanje kugira ico mvuze mu magambo avunaguye, ku buryo utegera ico nshaka kukubwira ku ngambo ya ruriya rwimo).

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :